Mugukomeza gukoresha urubuga rwacu, wemera gukoresha kuki ukurikije Politiki yacu ya kuki.
Menya vyinshi
Kwemera
BMBC GROUP
Kutwakura vyihuta
+257 79 500 227
info@bmbc.bi
Kaze
Ivyo dukora
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Gutunganya imigambi y'Uburaro
Inganda za BMBC
Gutwara abantu n'ibintu
Kugwiza uburaro
BMBC Homes Tenga
BMBC Homes Gahahe
BMBC Homes Mirroir
BMBC Homes Diaspora City
Ibigurishwa
Ibicapu vy'Inyubakwa
Ibikorwa vyo Kubaka
Gutunganya imigambi y'u
Gukotesha Ibikoresho vyo Kubaka
Ibikorwa vyo kubaza
Menya abo turi
Menya BMBC
Itunganywa rya BMBC
Abafatanyabikorwa
Imyanya y'akazi
Intahe z'abakiriya
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
BMBC Broadcasting
Intererano mu kibano
Umuganda mu kibano
Kwimenyereza akazi
Ishure rya BMBC
Turondere
Français
English
Q.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
Amakuru
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
Twitter
Facebook
Amakuru mashasha -- 25/03/2025
Ivyaranguwe na BMBC Group mu 2024
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 02/01/2024
Ishirahamwe ryarunze ubucuti n'amashirahamwe yo mu Bushinwa
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 11/08/2023
Woba uzi ko uburyo bw’abakiriya ba BMBC bukingirwa neza?
Ishirahamwe BMBC ryemeza ko uburyo bw’abantu bizera iryo shirahamwe kugira ribatunganirize imigambi yabo bukingirwa kandi ko ata kibazo bishobora gutera.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 23/06/2023
BMBC rihurumbirwa na benshi kubera ritunganije neza.
Igikundiro BMBC rifise rigikesha uburyo ritunganije neza buhuye n'ivyo ishirahamwe ryose rikeneye kuba imboneza ritegerezwa kuba rifise. Muri ivyo harimwo ibisata c'intwaro n'ubuhinga bikora neza, tutibagiye n'igisata co kumenyesha amakuru gitanga ku mwanya mwiza amakuru yose abakiriya bakeneye.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 16/06/2023
Ishirahamwe BMBC ryarubatse ikiraro corohereza uruja n’uruza mu Gahahe.
Ishirahamwe BMBC ryarangije ibikorwa vyo gusanura ikiraro c’umuserege uri kw’ibarabara rihambaye rihuza amakartiye ya Carama na Gahahe.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 08/05/2025
DIASPORA CITY MIROIR 2 : Abakiriya bararnkejwe Impapuro ndangatongo
Ku wa 2 Rusama 2025, umuyobozi mukuru wa BMBC Group yaratunganije umusi wo kwereka abakiriya b’umugambi mushasha wo kurwiza uburaro wa Diaspora City Miroir ya 2 aho ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa zabo ugeze. Kari kandi n’akaryo ko kubaha ikopi z’impapuro ndangatongo z’amaparasera yabo mu ntumbero yo kubaha icizere ko imigambi yabo ikingiwe.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 19/03/2025
Sosiyete ya BMBC Construction niyo yakoze ivyigwa vy'umugambi w'uburaro bw'abakozi ba Reta
Bushingiye ku burambe bwa BMBC Construction mu gisata c’inyubakwa n’ukugwiza uburaro mu Burundi, Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta, abakozi n’akazi bwarizeye iyo sosiyete kugirango ihagarikire ivyigwa vy’umugambi w’uburaro bwa kijambere bw’abakozi b’ubwo bushikiranganji.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 17/04/2024
Urugendo rw'intumwa ya BMBC mu Bushinwa
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 11/03/2024
ITANGAZO RYEREKEYE IYUGURURWA ICESE RY’IGISATA CA TELEVIZIYO IKORERA KU MIHORA NGURUKANABUMENYI, BMBC BROADCASTING
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 19/07/2023
Kuki inzu yo muri BMBC HOMES Tenga idakwiye kukujana?
Ikompanyi ya BMBC iriko irarangura umugambi rutura wo kugwiza uburaro, ukaba ari nawo wagutse umaze kuboneka mu Burundi muri iyi myaka ya vuba. Aho mw’i Tenga naho hakaba hafise amahirwe menshi yo kuba akarere rurangiranwa k’ivyashara mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 21/06/2023
Woba uzi ingene BMBC ikingira imigambi y’abakiriya ?
Iyo wizeye BMBC ukarishinga umugambi wawe, uba wikingiye ingorane zijanye n'amategeko, ukaba kandi wirinze gukorerwa ibidashemeye.
Soma vyinshi
Amakuru mashasha -- 21/4/2023
Ibikorwa vya BMBC biragaragaza uburambe bwaryo muvyo kwubaka.
Ibikorwa vy’ishirahamwe BMBC biragaragaza ko ridasanzwe ufatiye ku bahinga babigize umwuga risanzwe rifise mu bikorwa bitandukanye bijanye no kwubaka inzuzisanzwe canke zigeretse.
Soma vyinshi
Ijambo ry'ikaze
Woba uzi ingene BMBC ikingira imigambi y’abakiriya ?
Menya BMBC
Ibikorwa vy'Ukubaka
Ibikorwa vyo Kubaka
BMBC GROUP
Uburyo bwokutwakura
+257 79 500 227
info@bmbc.bi
Dukora 24/24h
Q.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
Imiryango n'amadirisha y'ivyuma
0 Fbu
619 Abayiravye
Ibikorwa vyo kubaza
Ivyo dukora
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Gutunganya imigambi y'Uburaro
Inganda za BMBC
Gutwara abantu n'ibintu
Kugwiza uburaro
BMBC Homes Tenga
BMBC Homes Gahahe
BMBC Homes Mirroir
BMBC Homes Diaspora City
Ibigurishwa
Ibicapu vy'Inyubakwa
Ibikorwa vyo Kubaka
Gutunganya imigambi y'u
Gukotesha Ibikoresho vyo Kubaka
Ibikorwa vyo kubaza
Menya abo turi
Menya BMBC
Itunganywa rya BMBC
Abafatanyabikorwa
Imyanya y'akazi
Intahe z'abakiriya
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
BMBC Broadcasting
Intererano mu kibano
Umuganda mu kibano
Kwimenyereza akazi
Ishure rya BMBC
Turondere
© 2023 BMBC GROUP
Design DSCOMPANY