Inyuma y’imyaka 12 iri ku kivi, sosiyete ya BMBC yarasasagaye, ihinduka urunani BMBCGroup rugizwe na sosiyete 12 zirangura ibikorwa bitandukanye, uhereye ku gisata c’ubwubatsi ari naco cavyaye ibindi vyose, twovuga nk’ibigwati vyo kugwiza uburaro bwa kijambere.
Kurikira kino kiyago kidasanzwe aho abarongoye ibisata vyose vya #BMBCGroup baduha amakuru y’imvaho kuri bishasha bikorerwa muri ivyo bisata na cane cane ku vyaranguwe mu mwaka 2024.
BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira:
- Email: Info@bmbc.bi
- Whatsapp: +25779500227
-Youtube:BMBCburundi
- Siteweb:bmbc.bi
Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.