Mugukomeza gukoresha urubuga rwacu, wemera gukoresha kuki ukurikije Politiki yacu ya kuki.
Kwemera
Ibikorwa vy’ishirahamwe BMBC biragaragaza ko ridasanzwe ufatiye ku bahinga babigize umwuga risanzwe rifise mu bikorwa bitandukanye bijanye no kwubaka inzuzisanzwe canke zigeretse.

Abakozi b'ishirahamwe BMBC bakorera ku cicaro gikuru bari mu bikorwa.

Iryo shirahamwe BMBC ntiryigera rikenera abahinga bava hanze yayryo kuko risanzwe rifise abakozi bose bakora imirimo itandukanye kuva inzu igitangura kwubaka gushika yuzuye gutyo bigatuma ata bahinga rirondera hanze yaryo.

BMBC ntako idakora kugira ishimishe abakiriya baryo mu bikorwa baba barizeje kguira ribatunganirize.


Abakokozi bakorera ku mashantiye bari ku mirimo kuri imwe mu mashantiye.

Muriryo shirahamwe batera akamo abantu bose bafise imigambi ijanye no kwubaka kuryitura kugira ritunganye neza iyo migambi yabo.




Ijambo ry'ikaze
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Building & Multi-Business CompanyUburyo bwokutwakura+257 79 500 227info@bmbc.bi Dukora 24/24hQ.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
© 2023 BMBC BURUNDI Design DSCOMPANY