Mugukomeza gukoresha urubuga rwacu, wemera gukoresha kuki ukurikije Politiki yacu ya kuki.
Menya vyinshi
Kwemera
BMBC GROUP
Kutwakura vyihuta
+257 79 500 227
info@bmbc.bi
Kaze
Ivyo dukora
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Gutunganya imigambi y'Uburaro
Inganda za BMBC
Gutwara abantu n'ibintu
Kugwiza uburaro
BMBC Homes Tenga
BMBC Homes Gahahe
BMBC Homes Mirroir
BMBC Homes Diaspora City
Ibigurishwa
Ibicapu vy'Inyubakwa
Ibikorwa vyo Kubaka
Gutunganya imigambi y'u
Gukotesha Ibikoresho vyo Kubaka
Ibikorwa vyo kubaza
Menya abo turi
Menya BMBC
Itunganywa rya BMBC
Abafatanyabikorwa
Imyanya y'akazi
Intahe z'abakiriya
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
BMBC Broadcasting
Intererano mu kibano
Umuganda mu kibano
Kwimenyereza akazi
Ishure rya BMBC
Turondere
Français
English
Q.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
Guhingura portaye
179 Abayiravye
Ibikorwa vyo kubaza
Gukotesha Ikamyo z'imizigo
173 Abayiravye
Gutwara abantu n'ibintu
Gukora ibikoni
117 Abayiravye
Ibikorwa vyo kubaza
Imiryango n'amadirisha y'ibiti
4044 Abayiravye
Ibikorwa vyo kubaza
Woba uzi ko uburyo bw’abakiriya ba BMBC bukingirwa neza?
11/08/2023 | 1937 Abayisomye
Umuganda mu kibano
BMBC rihurumbirwa na benshi kubera ritunganije neza.
23/06/2023 | 5009 Abayisomye
Menya BMBC
Woba uzi ingene BMBC ikingira imigambi y’abakiriya ?
21/06/2023 | 5858 Abayisomye
Menya BMBC
Ishirahamwe BMBC ryarubatse ikiraro corohereza uruja n’uruza mu Gahahe.
16/06/2023 | 1824 Abayisomye
Umuganda mu kibano
Ibikorwa vya BMBC biragaragaza uburambe bwaryo muvyo kwubaka.
21/4/2023 | 2738 Abayisomye
Umuganda mu kibano
Irinde gutanga amakuru atari iyo uje gusaba serivisi
25/03/2025 | 3373 Abayiravye
WEB TV
Abakiriya baronkejwe "Titres de propriété" y'amazu yabo muri Diaspora City
09/09/2025 | 643 Abayiravye
WEB TV Gutunganya imigambi y'Uburaro
Urugendo rw'intumwa ya BMBC mu Bushinwa
17/04/2024 | 3410 Abayisomye
Soma vyinshi
Amafoto
Sosiyete ya BMBC Construction niyo yakoze ivyigwa vy'umugambi w'uburaro bw'abakozi ba Reta
19/03/2025 | 2626 Abayisomye
Bushingiye ku burambe bwa BMBC Construction mu gisata c’inyubakwa n’ukugwiza uburaro mu Burundi, Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta, abakozi n’akazi bwarizeye iyo sosiyete kugirango ihagarikire ivyigwa vy’umugambi w’uburaro bwa kijambere bw’abakozi b’ubwo bushikiranganji.
Soma vyinshi
Abafatanyabikorwa
DIASPORA CITY MIROIR 2 : Abakiriya bararonkejwe Impapuro ndangatongo
08/05/2025 | 389 Abayisomye
Ku wa 2 Rusama 2025, umuyobozi mukuru wa BMBC Group yaratunganije umusi wo kwereka abakiriya b’umugambi mushasha wo kurwiza uburaro wa Diaspora City Miroir ya 2 aho ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa zabo ugeze. Kari kandi n’akaryo ko kubaha ikopi z’impapuro ndangatongo z’amaparasera yabo mu ntumbero yo kubaha icizere ko imigambi yabo ikingiwe.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Ubufatayabikorwa bwa RTNB na BMBC Group ni akarorera keza ku bindi bisata
| 257 Abayisomye
Iterambere rirashoboka mu gihe abantu bemeye gufatanya ibikorwa, umwe wese akazana umuganda mu vyo ashoboye. Ico ciyumviro kirahurizwako n’abarongoye Radiyo na Televiziyo y’Igihugu (RTNB) na Sosiyete ya BMBC Group, nk’uko babigarutseko mu majambo bashikirije mu birori vyo gutanguza icese umugambi w’inyubakwa zigenewe kwakira abakozi ba RTNB bari ku mirimo.
Soma vyinshi
2025 Wabaye Umwaka w'ivyiza vyinshi muri BMBC GROUP
14/01/2026 | 1597 Abayisomye
Umwaka w'2025 wabaye umwaka udasanzwe mu vyerekeye umwimbu muri BMBC GROUP. Niwo mwaka wabonetsemwo abakiriya benshi kuruta iyindi myaka yose. Ni wo mwaka wabayemwo ugosozera no gushikiriza imigambi y'inzu abakiriya benshi. Uburongozi bwa BMBC GROUP bukaba bwashimye gusangira n'abakiriya, abakozi n'abandi bafatanyakivi n'imiryango yabo mu gutangura umwaka mushasha w'2026.
Soma vyinshi
Abafatanyabikorwa
DIASPORA CITY: Abakiriya baronkejwe Impapuro Ndangatongo
19/05/2025 | 265 Abayisomye
Ku wa 2 Rusama 2025, umuyobozi mukuru wa BMBC Group yaratunganije umusi wo kwereka abakiriya b’umugambi mushasha wo kurwiza uburaro wa Diaspora City Miroir ya 2 aho ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa zabo ugeze. Kari kandi n’akaryo ko kubaha ikopi z’impapuro ndangatongo z’amaparasera yabo mu ntumbero yo kubaha icizere ko imigambi yabo ikingiwe.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Abakiriya bambere baramaze kwinjira mu bigwati vya Diyaspora
2/8/2025 | 1498 Abayisomye
Abakiriya batari bake bagizwe cane cane n’Abarundi baba mu mahanga baramaze gushikirizwa amazu mu bigwati vya kijambere vya BMBC Group kuva iri ci ry’2025 ritanguye. Imigambi y’uburaro bwa kijambere yitiriwe Diaspora yo mu Gahahe, Tenga, Miroir ya 1 na Miroir ya 2 yatanguye mu mpera z’umwaka w’2021 ikaba ariyo migambi y’uburaro ya mbere minini kandi ya kijambere mu gihugu c’Uburundi.
Soma vyinshi
Gutunganya imigambi y'u
BMBC GROUP na RTNB Bigiye Gusangira Ikivi
04/02/2025 | 817 Abayisomye
Radiyo na Televiziyo y’igihugu (RTNB) na BMBC GROUP vyemeje amasezerano yo gusangira ikivi. Ayo masezerano azotuma ivyo bigo bihanahana imirimo mu bisata kimw cose gifitiye ubuhinga n’uburambe.
Soma vyinshi
Abafatanyabikorwa
Ivyaranguwe na BMBC Group mu 2024
25/03/2025 | 269 Abayisomye
Soma vyinshi
Amasanamu
Imiryango n'amadirisha vya aliminium
6392 Abayisomye
Ibikorwa vyo kubaza
Imiryango n'amadirisha y'ivyuma
3021 Abayisomye
Ibikorwa vyo kubaza
Guhingura ibikoresho vyo mu nzu
6207 Abayisomye
Ibikorwa vyo kubaza
Ibikorwa vyo gucapura
1146 Abayisomye
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Ibikorwa vy'Ukubaka
7103 Abayisomye
Ibikorwa vyo Kubaka
Ijambo ry'ikaze
Sosiyete ya BMBC Construction niyo yakoze ivyigwa vy'umugambi w'uburaro bw'abakozi ba Reta
Abafatanyabikorwa
Ibikorwa vyo gucapura
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
BMBC GROUP
Uburyo bwokutwakura
+257 79 500 227
info@bmbc.bi
Dukora 24/24h
Q.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
Ibikorwa vyo gucapura
0 Fbu
1146 Abayiravye
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Ivyo dukora
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Gutunganya imigambi y'Uburaro
Inganda za BMBC
Gutwara abantu n'ibintu
Kugwiza uburaro
BMBC Homes Tenga
BMBC Homes Gahahe
BMBC Homes Mirroir
BMBC Homes Diaspora City
Ibigurishwa
Ibicapu vy'Inyubakwa
Ibikorwa vyo Kubaka
Gutunganya imigambi y'u
Gukotesha Ibikoresho vyo Kubaka
Ibikorwa vyo kubaza
Menya abo turi
Menya BMBC
Itunganywa rya BMBC
Abafatanyabikorwa
Imyanya y'akazi
Intahe z'abakiriya
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
BMBC Broadcasting
Intererano mu kibano
Umuganda mu kibano
Kwimenyereza akazi
Ishure rya BMBC
Turondere
© 2023 BMBC GROUP
Design DSCOMPANY