Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC ryemeza ko uburyo bw’abantu bizera iryo shirahamwe kugira ribatunganirize imigambi yabo bukingirwa kandi ko ata kibazo bishobora gutera.

Mu kiganiro umuyobozi w’iryo shirahamwe yatanze ,yavuze ko hariho amabanki akorana na BMBC mu gukingira amahera y’umukiriya kandi ko mu myaka cumi iheze barangurira imigambi abakiriya babajeje amahera ata numwe yidoze ivyo vyose vyemeza ko uburyo bw’abantu bubakira bukingirwa bikwiye.

Uwo muyobozi yavuze kandi ko amakuru yose ishirahamwe BMBC bariziko kuva rigitangura kubaho yemeza ko ibikorwa vyose ryahawe ryabikoze neza kandi ryabishoboye.

Uwo muyobozi avuga ko umuntu afata amahera akayakoresha mu bintu bidasuzumwe atamanje kuraba ingaruka bishobora gutera niwe abariko yikorera nabi ubwiwe.

Murico kiganiro yavuze  ko yavuzeko igikorwa co kubaka inzu gitwara amahera menshi kubwivyo umuntu imbere yuko aha ivyo bikorwa uwubimukorera akwiye kuraba uburemere bw’uburyo bugoye kwegeranya.

Muri BMBC bavuga ko kurya uburyo bugora kuronka ariko umuntu akwiye kwitonda no gufata umwanya ukwiye kugira ahitemwo uwo ashobora kuzeza ibikorwa vyiwe.

Umuyobozi mukuru wa BMBC atera akamo abashaka kwubaka kwizera ishirahamwe BMBC  kugira barizeze ibikorwa vyabo gutyo nabo bashobore kubandanya imirimo yabo batarinze kuyihagarika canke gusaba akaruhuko kuko uburyo bwabo bukingirwa bimwe bishimishije.

About the author

Leave a Reply