Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rivuga ko murino minsi ya nyuma y’umwaka wa 2021 abakiriya baguma biyongera kurabo ishirahamwe ryari risanganywe bitandukanye n’imyaka iheze kuko mu mpera z’umwaka ata bakiriya bashasha bakunda kuronka.

Mu kiganiro umuyobozi mukuru wa BMBC yatanze,yavuzeko muruno mwaka wa 2021 ishirahamwe BMBC ryizigiwe cane n’abakiriya gusumba iyindi myaka yose iheze kuko mu misi mikuru irangiza umwaka ata bakiriya bashasha bakunda kuboneka.

Uwo muyobozi yavuze ko kubona uno mwaka abakiriya baguma biyongera mu misi mikuru irangiza umwaka bigaragaza ko  akamo bateye abantu bubaka bakumvise.

Yavuze kandi ko abenshi babaha akazi baba barakurikiranye neza ku mbuga ngurukanabumenyi gushika aho bafata ingingo yo guha akazi ishirahamwe BMBC.

Yavuze ati:“Uwuhaye akazi BMBC ntaba agahaye jewe canke abandi dukorana, ekaaa, aba agaye ishirahamwe.”

Umuyobozi mukuru wa BMBC avuga ko kubera ishirahamwe BMBC rifise abakozi benshi kandi babifitiye uburambe hamwe no guha agaciro umukiriya biri mu bituma abantu benshi barihurumbira.

About the author

Leave a Reply