Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rivuga ko rimaze kungura igihugu mu gutanga akazi ,kwigisha urwaruka rutari ruke umwuga w’ubwubatsi, na cane cane mu kubigishiriza ku kivi hamwe no gutanga ibibanza vyo kwimenyerereza ( stages).

Iryo shirahamwe rivuga ko rirafasha mu guha akazi abakozi bashika amajana ane (400) bo ku musi (journaliers) bakora ku mashantiye akwiragiye hirya no hino mu gihugu, haba  i Bujumbura, i Gitega, no mu zindi ntara zigize igihugu.

Muriryo shirahamwe bavuga   kandi ko bashira imbere akanovera muvyo bakora na cane cane mu gutunganiriza abakiriya baryo.

BMBC riheraheza rivuga ko baterera kandi mu gukosora amakosa yononywe n’abandi bafundi.

About the author

Leave a Reply