Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako akabirya kari mu mugambi wa BMBCHOMES aruko abantu bazoba ahantu hatunganijwe neza hari n’amazu azoba asa.

Mu kiganiro umuyobozi mukuru wa BMBC yatanze avuga ko amazu azoba asa inyuma kiretse indani akazoba ari mu kibanza gitunganijwe neza.

Uwo muyobozi avuga ko akabirya kambere aruko hazoba hubatse neza,amabarabara yubatse muri beto  hamwe n’imigende y’amazi  itunganijwe neza.

Avuga kandi ko iruhande y’izo nzu hazoba hariho ahantu rusangi harimwo ibibanza vyo kunyweramwo , kwogeramwo,ahadandarizwa imiti ,ahasomerwa ibitabu,ahinonorerwa imitsi hamwe naho kurabira amareresi.

Uwo muyobozi yabandanije avuga ko akandi kabirya aruko  umuntu azoba ayibamwo ibintu bikenerwa mu buzima bwa minsi yose bizoba biri hafi yiwe.

Umukuru w’ishirahamwe BMBC yaheraheje avuga ko izo nzu uwushaka ashobora  gupangisha uruhande rumwe rwayo akinjiza amahera ahandi  akahiberamwo ubwiwe.

About the author

Leave a Reply