Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC arakeza abakozi b’iryo shirahamwe ko bashoboye mu bikorwa vyabo vya minsi yose bajejwe kuko ibikorwa vyabo bitanga umwimbu mwiza.

Mu kiganiro n’igisata kijejwe amakuru mw’ishirahamwe BMBC ,umuyobozi mukuru wa BMBC yavuze ko abakozi baryo bakora ibikorwa vyose kuburyo ata bakozi bava hanze y’ishirahamwe bakenerwa.

Uwo muyobozi yavuze ati :«Abakozi ba BMBC barashoboye,dufise abakora ibikorwa vyose ntabava hanze y’ishirahamwe dukoresha. »

Tubibutseko ishirahamwe BMBC ritegura abakozi baryo mu kubaha ubumenyi butandukanye kugira abe aribo baba abakozi b’ishirahamwe burundu.

About the author

Leave a Reply