Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako kubera ibikorwa vyinshi vy’iryo shirahamwe yaramazemwo iminsi vyatumye adashobora kuronka akanya kugira ashobore gutanga amakuru y’iryo shirahamwe ajanye n’ibikorwa vyarryo vya minnsi yose.

Mu kiganiro yahaye igisata kijejwe kumenya amakuru mw’ishirahamwe BMBC, uwo muyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC yavuze ko yaramaze iminsi atayagira bakunzi b’ishirahamwe kubera imirimo myinshi ishirahamwe yarifise.

Uwo muyobozi avuga ko ishirahamwe ryagutse rironka imigambi myinshi yo gutunganya bica bituma ataronka umwanya wo kuyagira abakunzi b’ishirahamwe.

Yavuze ati: “Twagize amabanga menshi,ishirahamwe rirakura imigambi iba myinshi ivyo vyose vyadutwaye umwanya munini.”

Umuyobozi mukuru wa BMBC yaheraheje avuga ko naho batanga ayo makuru,amakuru yerekeye iryo yaguma aca ku mbuga ngurukana bumenyi y’ishirahamwe BMBC.

About the author

Leave a Reply