Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako ubu ryateye intambwe kuko rimaze kuvyara ibisata vyinshi bitandukanye vyose bikukira iryo shirahamwe ubu rikaba ryitwa BMBC Group.

Mu kiganiro umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC yatanze yavuze ko we nk’umuyobozi mukuru abwirizwa gukora ibishoboka kugira ritere imbere arico catumye yitanga kugira ishirahamwe rihobore kuvyara ibindi bisata bitandukanye.

Bimwe mu bisata bigize BMBC Group ni igisata co kubaka amazu,igisata BMBCHOMES kijejwe gutunganya amakaritiye yo kubamwo,igisata BMBC Technologie kijejwe ivy’ubuhinga bwa none gicioshwako ibidandazwa vya BMBC ,BMBC Logistics kijejwe kunguruza abantu n’ibintu.

Ibindi bisata bigize BMBC Group ni BMBC Investment Management kijejwe gukurikirana imigambi y’ishirahamwe hamwe na BMBC Social Initiatives kijejwe gufasha abahuye n’ivyago.

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC avuga ko iryo shirahamwe ryashitse kurivyo bisata rifashijwe n’abarundi baba mu gihugu hamwe nababa hanze y’igihugu.

About the author

Leave a Reply