Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru wa bmbc: “Umugambi ibanki yemeye gushiramwo umutahe,n’umugambi mwiza cane.”

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako ikibanza aho umugambi wa BMBCHOMES uriko urakorerwa ari ikibanza ciza giteye igomwe.

Mu kiganiro yagiraniye n’igisata co kumenyesha amakuru ca BMBC,uwo muyobozi avuga ko kubona ibanki yemeye kuja muruwo mugambi bigaragaza ko ari ahantu heza cane.

Uwo muyobozi avuga ko muruwo mugambi wa BMBC amazu azimbutse ugereranije uko zizoba zimeze n’ibizoba bizigize.

Umuyobozi mukuru wa BMBC avuga ko atari mu ntumbero yo kugira baronke amahera menshi ariko ari kugira ico gikorwa kitari bwakorwe mu gihugu c’Uburundi  kiboneke ko gitanguye neza.

Bimwe mu bizoba biri murico kibanza ca  BMBCHOMES n’inzu za kijambere kandi zitunganije ku buryo bwa none kandi ikibanza kizoba kirimwo amazi,amabarabara n’umuyagankuba.

Ibindi bizoba biri murico kibanza ni  uburyo bukoreshwa mu gutanga ubushobozi bwo kuja ku mbuga ngurukanabumenyi (fibre optique), kamera zo gucungera umutekano hamwe n’uburyo bwo guhanahana amakuru hagati yabari mu nzu imwe atawubanje kuva mu cumba ciwe

About the author

Leave a Reply