Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC abandanya akurikirana ibikorwa vyo ku ma shantiye hamwe n’ibikorwa vyo ku biro bikuru ry’ishirahamwe uko biriko biratunganywa.
Mu ntumbero yo kumenya ko ibikorwa bigenda neza vy’ishirahamwe umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC arishikira ku kivi ahereye ku cicaro c’ishirahamwe c’i Bujumbura hamwe no kwishikira ku mashantiye atandukanye y’abakiriya biryo shirahamwe.



Ibikorwa bihawe ishirahamwe BMBC biba birinzwe neza kuko bihagarikirwa kuva ku bakozi bato bato gushika ku bakozi bo hejuru bigatuma bikwirikiranwa neza kuva kun tango gushika biheze.