Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako amazu y’umugambi BMBCHOMES2021 azimbutse kuko afise ubuhinga bugezweho, abereye ijisho kandi ari muri karitiye itunganije neza.

Uwo muyobozi wa BMBC avuga ko hariho abantu bamenyesha uko amazu ya BMBCHOMES2021 agurwa batigeze bavugana na BMBC kandi batazi n’ibiciro vyazo.

Ibiciro vy’ayo mazu hariho iyigurwa imiriyoni 159586898 y’amarundi,iyindi imiriyoni 249712662 ,imiriyoni 380000000 y’amarundi hamwe niyigurwa imiriyoni 500 gushika ku miriyoni 585 y’amarundi.

Uwo muyobozi yavuze kandi ko ata hantu wogura i parasere ngo ayubake ihere ku mafaranga angana imiriyoni 150 ivyo bigaragaza ko ata mazu azimbutse kungana naya BMBCHOMES2021.

Yavuzeko  uwo mugambi bawushizeho kubera ishirahmwe ryakunzwe n’abantu kandi bongera bararisaba ko umugambi nkuwo wokorwa.

Umuyobozi mukuru wa BMBC avuga ko ivyo basaba aba clients vyama bihura nivyo babakorera kubwivyo no muruwo mugambi ariko bimeze.

Umuyobozi mukuru wa BMBC yavuze ati :« Nta karitiye iriho uzosanga umuntu yubatse inzu iheze ku miriyoni 100, ntibaho.»

Uwo muyobozi avugako muri kaoza bategekanya  kubaka amazu azimbutse gusumba aya BMBCHOMES2021 ariko aakazoba ari muri makaritiye asanzwe.

Kubibazako uwushaka kuriha ayo mazu mu myaka 10 ko ari ukuyagabura mu myaka 10,uwo muyobozi avuga ko  ata hantu na hamwe uronswa amahera y’ingurane usubiza ata nyungu.

Uwushoboye kuyariha yose ata nyungu ico kiremewe  ariko uwuyariha mu myaka cumi aba yafashe ideni.

Uwo muyobozi  atera akamo uwufise amahera akwiye ashobore kugura ata nyungu asabwe ,uwufise makeyi nawe atange ayo afise ayasigaye asabwe kw’deni ,uwutabishoboye nawe arindire imigambi ya kazoza.

About the author

Leave a Reply