Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC ryasinye amasezerano n’uwurongoye umurwi Nkunda abantu kugira uwo murwi uzoze urateramisha abakozi b’iryo shirahamwe.

Iryo shirahamwe rivuga ko uwo murwi Nkunda abantu aoza urateramisha abakozi baryo hamwe no gutunganya ibijanye na animation muriryo shirahamwe nyene.

Alfred NYANDWI arongoye umurwi Nkunda abantu avuga ko yashimye ayo masezerano y’iryo shirahamwe kandi azofasha ku mpande zose.

About the author

Leave a Reply