Umwe mu bakozi bakoreye ishirahamwe BMBC avugako BMBC irangura ibikorwa vyayo neza kandi uwuryituye imutunganiriza neza nkuko avyipfuza.
Nimbona Victor avuga ko BMBC ikora ibikorwa vyayo neza kuko ifise abafundi bakwiye kandi ko nabakwirikirana uko ibikorwa biriko bigenda ibafise.
Uwo mukozi avugako BMBC ari abakozi bakwiye kandi bakorana ubwira,kubwiwe ahaye ikaze abantu bihute kuraba ivyiza biri muri BMBC.
Nimbona Victor atera akamo abantu kwitura ishirahamwe BMBC kugira ribarangurire neza ivyo bipfuza ko barangurirwa.