Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umwe mu bakozi b’ishirahamwe BMBC avuga ko amaze kuharonkera ubumenyi bwinshi butandukanye muriryo shirahamwe kandi bwamufashije kuronka ubuzima afise gushika uno musi.

Mu kiganiro kuruyu wa kane igenekerezo rya 25 Munyonyo 2021 n’igisata co kumenyesha amakuru ca BMBC,uwo mukozi yavuze ko muri BMBC yaharonkeye ubumenyi  butandukanye.

Uwo mukozi avuga ko mu myaka 9 amaze muri BMBC  yaje ata mwuga wo kubaka azi ariko bamwigishije ubu akaba ari umufundi abushitse yateye imbere.

Yavuzeko acinjira muri BMBC yari akiri umusore ariko vyamufashije kugira  yubake urwiwe kuko yaharonkeye akazi .

Uwo mukozi atera akamo abatazi ishirahmwe BMBC kurihurumbira kugira bamenye ibikorwa vyaryo ,abadafise ubumenyi nabo baryiture bashobore kwiga.

About the author

Leave a Reply