Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umu enjeniyeri w’ishirahamwe BMBC avuga ko ashima inyigisho yaronkeye muriryo shirahamwe kuko ryatumye ashobora gutsimbataza ubumenyi yaronkeye muri kaminuza gutyo ashobora kuba umu enjeniyeri abushitse.

Mu kiganiro n’ikimenyeshamakuru BNP Media, uwo mu enjeniyeri yamenyesheje ko yaronse akaryo ko kwimenyereza muriryo shirahamwe inyuma yaho abona kuronswaho akazi.

Uwo mu enjeniyeri yavuze ati : « Ishirahamwe BMBC n’umuryango wanje,ubu ndahamaze imyaka 2 ndarikorera.»

Murico kiganiro uwo mu enjeniyeri yavuze ko ibikorwa vyiwe arangura muriryo shirahamwe ari gutegura imigero y’inyubako zitandukanye.

Uwo mu enjeniyeri yaheraheje ashimira ishirahamwe BMBC kuko ryatumye aba umu enjeniyeri abushitse.

About the author

Leave a Reply