Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ubuhinga bw’ishirahamwe BMBC bwatumye umubanyi w’umukiriya ryubakiye arisaba kumwubakira inzu.

Umwe mu bakozi b’ishirahamwe BMBC avuga ko inzu y’umukiriya aba hanze iryo shirahamwe riheruka kwubakira  bamenyaniye k’urubuga ngurukanabumenyi abona kuryizera.

Uwo mukozi avuga ko amaze kumenya BMBC yarimenyesheje ivyo yipfuza ku nyubakwa yiwe amaze kwerekwa ibikenewe vyose baravyumvikanako  ibikorwa vyiwe bica biratangura.

Igituma iryo shirahamwe ryizerwa aruko baribona ku mbuga ngurukanabumenyi na cane cane kumviriza ibiganiro hamwe.

Uwo mukozi avuga kandi ko BMBC yizerwa biciye ku biganiro n’amakuru yama ishikiriza kandi hari abantu baca ku babanyi babo bari mu Burundi kugira bamenye ivyiryo shirahamwe uko vyifashe.

Uwo mukozi yongera kandi  ko abakozi BMBC ikoresha ari abafundi babo bwite naho benshi bibazako ari abanyamahanga kubera ibikorwa vyabo biteye igomwe.

Uwo mukozi yasiguye ko igituma abakozi ba BMBC bakora ibintu biteye igomwe biva ku bumenyi baguma bahabwa buri mwanya.

Yavuze ati: “Ibikorwa vyose vy’ishirahamwe BMBC bitunganywa n’abafundi b’ishirahamwe ryacu”

Uwo mukozi aheraheza atera akamo abafise imigambi yo kubaka gukorana n’ishirahamwe BMBC kugira ribatunganirize.

About the author

Leave a Reply