Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Tag

social initiatives
Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako igisata c’ubwubatsi gikenye abahinga naho amashure aramura abatari bake buri mwaka. Mw’ijambo yashikirije ku munsi hahimbazwa imyaka 10 iryo shirahamwe rimaze,yavuze ko abahinga benshi basohoka hariho vyinshi badakwije mu bumenyi, bituma badahiganwa n’ibindi bihugu mu gisata c’ubwubatsi. Uwo muyobozi yavuze ko kubera ico gisata kidateye imbere, bituma abagwizatunga n’amabanki batinya...
Continue Reading
Ishirahamwe BMBC rivuga ko rimaze kungura igihugu mu gutanga akazi ,kwigisha urwaruka rutari ruke umwuga w’ubwubatsi, na cane cane mu kubigishiriza ku kivi hamwe no gutanga ibibanza vyo kwimenyerereza ( stages). Iryo shirahamwe rivuga ko rirafasha mu guha akazi abakozi bashika amajana ane (400) bo ku musi (journaliers) bakora ku mashantiye akwiragiye hirya no hino...
Continue Reading
Ishirahamwe BMBC   ryavyawe n’imbono yo kuzana ibitamenyerewe mu gisata c’ubwubatsi mu buzima bw’ibihugu. Mw’ijambo ryo guhimbaza imyaka 10, umuyobozi wa BMBC yavuzeko ata gihugu gishobora gutera imbere, kidateje imbere igisata c’ubwubatsi, canke abantu bakinyurwa n’ukubaka ibintu bibayabaye aho abantu badakurikiza amategeko ajanye n’ukubaka. Uwo muyobozi yavuzeko mu vyo bakora muri BMBC, barondera akarusho, ibidasanzwe, haba...
Continue Reading
Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC avuga ko hari ibintu vyerekana ko BMBC ari ishirahamwe ry’irinyamwuga. Mw’ijambo yashikirije hahimbazwa imyaka 10 iheze BMBC ikora ibikorwa ,umuyobozi wa BMBC yavuze ko iryo shirahamwe rifise abakozi bakwiye kandi bamaho abo bita aba permanant. Uwo muyobozi avuga ko BMBC rifise ibisata vyinshi bituma ivyo rizezwa n’abakiriya baryo ribikora neza bigashimwa....
Continue Reading
Kampuni ya BMBC imesaini makubaliano na kundi la Nkunda abantu kwa malengo ya kuburudisha wafanyakazi wa kampuni hiyo katika sikukuu. Katika kampuni hiyo wanasema kwamba kundi hilo litaandaa nyimbo za kuchemsha wafanyakazi wa BMBC pamoja na kuwaburudisha. Alfred NYANDWI anayesimamia kundi la Nkunda abantu anasema kwamba alifurahia makubaliano hayo kwa sababu yatakuwa ya manufaa katika...
Continue Reading
Mkurugenzi mkuu wa kampuni ya BMBC anafahamisha kwamba kampuni hiyo imepiga hatua nzuri ya kimaendeleo katika kipindi cha miaka 10 tangu ianze kazi. Katika mahojiano na Rediyo na televisheni vya Rema FM,alisema kwamba kampuni hiyo imeshafanya kazi nyingi zinazohusu kujenga nyumba za watu binafsi na za kampuni. Katika kampuni hiyo wanasema kwamba walianzisha mradi ulioitwa...
Continue Reading
Ishirahamwe BMBC ryasinye amasezerano n’uwurongoye umurwi Nkunda abantu kugira uwo murwi uzoze urateramisha abakozi b’iryo shirahamwe. Iryo shirahamwe rivuga ko uwo murwi Nkunda abantu aoza urateramisha abakozi baryo hamwe no gutunganya ibijanye na animation muriryo shirahamwe nyene. Alfred NYANDWI arongoye umurwi Nkunda abantu avuga ko yashimye ayo masezerano y’iryo shirahamwe kandi azofasha ku mpande zose.
Continue Reading
Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako ishirahamwe arongoye rigeze k’urugero rushimishije aravye uko ryatanguye rimeze naho rigeze ubu. Mu kiganiro yahaye iradiyo na televiziyo Rema FM yavuze ko iryo shirahamwe rimaze kurangura ibikorwa vyinshi mu bijanye no kwubaka amazu y’abantu eka n’amazu y’amashirahamwe. Uwo muyobozi yamenyesheje ko ishirahamwe BMBC ryatanguje umugambi wa mbere mu gihugu wiswe...
Continue Reading
Le directeur général de l’entreprise BMBC fait savoir que cette entreprise a déjà construit des immeubles appartenant à des entreprises, à des industries et à des sociétés de l’état ou à des privées. Dans une interview ce directeur a fait savoir que BMBC a construit une maison de l’industrie Brarudi à titre d’exemple ainsi que...
Continue Reading
L’entreprise BMBC confirme qu’elle a de l’expérience dans ses travaux de construction qu’elle mène car elle est en possession de tous les nécessaires pour exécuter ces travaux. Dans une interview, le Directeur général de l’entreprise BMBC a précisé que cette entreprise a une bonne réputation de la part de ses clients locaux et internationaux. Le...
Continue Reading
1 2 3 28