Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

N’igiki gituma abahuriye na BMBC ku mbuga ngurakanabumenyi bayishima?

Umwe mu bakiriya ba BMBC yayimenyeye k’urubuga ngurukanabumenyi avuga ko ubu ata makenga afise kubijanye n’ibikorwa vya BMBC kuko ryamukoreye ibikorwa vyiwe neza.

Uwo mukiriya yavuze ko umugabo wiwe ahejeje kumubwira ko hari ishirahamwe ryubakira abantu yabonye k’urubuga ngurukanabumenyi rwa facebook yaciye amubwirako ari ubusuma.

Yabwiye umugabo wiwe ati : «Abagabo no kwibwa biragendana ariko tumaze gutangura naratangaye cane BMBC nasanze ari abantu babizigirwa cane.»

 Uwo mukiriya avuga ko umuntu muhuriye k’urubuga ngurukanabumenyi amakenga atobura.Ufatiye ku bihe vy’ubu no kubishikira abagenzi ibica ku mbuga ngurukanabumenyi hariho abavyibiramwo.

Uwo mukiriya avuga ko ubu amakenga yaheze kuva babonyeko BMBC igizwe nabizigirwa.Avuga ko makenga bari bafise  yaheze  kuko basanze muri BMBC ari abakozi babushitse.

Uwo mukiriya aheraheza akeza BMBC kuko yasanze ishoboye ibikorwa ugereranije n’abandi babihabwa bakabikora nabi.

About the author

Leave a Reply