Ishirahamwe rikorera mu bijanye no kubaka BMBC n’ishirahamwe rihurumbirwa n’abantu benshi batandaukanye baba abari mu Burundi canke abari mu mahanga.
Kubera ibikorwa vyinshi kandi vyiza rimaze gukora abantu batandukanye baba abari mu Burundi canke hanze y’igihugu biri mu bituma BMBC rihurumbirwa n’abantu benshi.
Abakiriya bamaze gukorana imigambi itandukanye mu bijanye no kubaka n’ishirahamwe BMBC barahayagiza iryo shirahamwe kuko ryabekoreye ibikorwa neza gusumba uko bari bavyiteze.
Iruhande y’ibikorwa vyiza ishirahamwe BMBC rikorera abaryituye, BMBC irahurumbirwa kandi kubera abahinga karuhariwe rifise mu bijanye no kugira ivyirwa vy’amazu yose .
Ishirahamwe BMBC n’ishirahamwe ry’akarorero mu gihugu kubijanye n’inyubako.