Abantu bakuze mw’ishirahamwe BMBC barahabwa akaryo nabonyene bakigishwa umwuga ujanye no kubaka kugira nawe abe umufundi abushitse nk’abandi.
Uwo mutama mubona ni umwe mubamaze guhabwa inyigisho n’ishirahamwe BMBC kugira ashobore kuba umufundi.


Muri iryo shirahamwe bavuga ko umwuga utiga umuntu akiri muto ahubwo wiga umuntu afise ishaka ryo gushika ku ntumbero yico yipfuza kuba.