Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Mwirinde kugira umutima uhuha kuko umwuga wo kwubaka atari akazi k’abana.

Kw’igenekerezo rya 08, ry’ukwezi kwa myandagaro umwaka wa 2021, ishure kaminuza ryo muri BMBC ryari riramutse ryerekana abasore bagera kuri bane. Bari bagize imisi bariko baramenyerezwa mu bikorwa vyo kwubaka ku ma shantiye. Ibirori vyo kubakira bikaba vyabereye ku cicaro gikuru ca BMBC.

Amajambo atandukanye akaba yarashikirijwe n’abantu batandukanye bari bitavye ivyo birori. Igihe umuyobozi mukuru wa BMBC yariko arashikiriza ijambo yasavye abafundi bashasha, kwama bibuka ibintu umufundi wese wa BMBC asabwa navyo bikaba ahanini bigizwe n’ibi bikurikira:

  • Gutonda kare ku mirimo.
  • Gukorana ishaka n’ubwenge
  • Kwirinda kugira umutima uhuha kuko umwuga wo kwubaka si akazi k’abana.
  • Kwirinda gukorakora.
  • Kudakurikira isinzi (agakuku).
  • Kwama biga ubuhinga bushasha kugira bagume bajana n’ishirahamwe bakoramwo narirya riguma ritera imbere k’umuvuduko udasanzwe.
Abakozi b’ishirahamwe BMBC, bariko bariga ubuhinga bushasha.

Rero mwomenya ko abakozi b’ishirahamwe BMBC, baba abakorera ku cicaro gikuru canke abakorera ku ma shantiye babwirizwa kwama bariko bariga ubuhinga bushasha. Umuyobozi mukuru wa BMBC akaba yashimye kubona mu bafundi bashasha harimwo n’uwamaze amashure ya kaminuza. Rero akaba azoshobora no gushingwa amabanga atandukanye, harimwo n’ayo ku cicaro gikuru ca BMBC. Yatumenyesheje ko abamaze kaminuza bemera kumara umwaka bariko biga kwubaka mw’ishirahamwe arongoye, kuberako baribonamwo kazoza keza kubera ko ari ishirahamwe ryiza.

About the author

Experienced Repair Specialist with a demonstrated history of working in the architecture & planning industry. Skilled in Meters, Blogging, Adobe Premiere Pro, Interior Design, and ArchiCAD. Strong operations professional with a High School Diploma focused in Génie civil from ETP Gitega.

Leave a Reply