Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako ishirahamwe arongoye rigeze k’urugero rushimishije aravye uko ryatanguye rimeze naho rigeze ubu.

Mu kiganiro yahaye iradiyo na televiziyo Rema FM yavuze ko iryo shirahamwe rimaze kurangura ibikorwa vyinshi mu bijanye no kwubaka amazu y’abantu eka n’amazu y’amashirahamwe.

Uwo muyobozi yamenyesheje ko ishirahamwe BMBC ryatanguje umugambi wa mbere mu gihugu wiswe BMBCHOMES2021Bujumbura-Gahahe aho amazu ya kijambere yubakwa mu kibanza kimwe kirimwo n’ibintu vyankenerwa mu buzima bwa minsi yose.  

Murico kiganiro uwo muyobozi yasavye abantu kuja muruwo mugambi kuko uteye igomwe.

About the author

Leave a Reply