Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC   ryavyawe n’imbono yo kuzana ibitamenyerewe mu gisata c’ubwubatsi mu buzima bw’ibihugu.

Mw’ijambo ryo guhimbaza imyaka 10, umuyobozi wa BMBC yavuzeko ata gihugu gishobora gutera imbere, kidateje imbere igisata c’ubwubatsi, canke abantu bakinyurwa n’ukubaka ibintu bibayabaye aho abantu badakurikiza amategeko ajanye n’ukubaka.

Uwo muyobozi yavuzeko mu vyo bakora muri BMBC, barondera akarusho, ibidasanzwe, haba mu bijanye n’uko ishirahamwe ritunganije mu bisata vyaryo, mu mi migenderanire n’abakiriya hamwe n’ingene rikora imigambi baba barishinze.

Uwatanguje iryo shirahamwe yashikirije ko ryahawe uburenganzira bwo gukora rifise umutahe w’ibihumbi mirongo itanu (50 000Fbu) ariko ubu ku mwaka rikoresha imiliyaridi zitanu ku mwaka.

Uwo arongoye BMBC yavuze ati : “uno musi ntigihagaze na gato kuri jewe, ubu iri shirahamwe rirashobora kubaho naba mpari canke ntahari.”

Muri BMBC bavuga ko abantu baraza gusaba services zitandukanye bazironka, kandi ata na rimwe uwuza  ngo abwirwe ngo uwubijejwe siho ari.

About the author

Leave a Reply