Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako igisata c’ubwubatsi gikenye abahinga naho amashure aramura abatari bake buri mwaka.

Mw’ijambo yashikirije ku munsi hahimbazwa imyaka 10 iryo shirahamwe rimaze,yavuze ko abahinga benshi basohoka hariho vyinshi badakwije mu bumenyi, bituma badahiganwa n’ibindi bihugu mu gisata c’ubwubatsi.

Uwo muyobozi yavuze ko kubera ico gisata kidateye imbere, bituma abagwizatunga n’amabanki batinya gushira imitahe yabo mu gisata c’ubwubatsi.

Muriryo jambo yavuze kandi ko mu gisata c’ubwubatsi,  amasoko atangwa haba mu bijanye n’ukwiga imigambi y’ubwubatsi n’ukubaka nyezina, hadashirwa ubushobozi ivyo navyo bikononera akanovera k’inyubakwa.

Uwo muyobozi wa BMBC yashikirije ko kugira ico gisata gitere imbere bisaba ugukora cane, ukwitanga kwinshi hamwe n’ubwizigirwa.

Umuyobozi mukuru wa BMBC aheraheza asaba leta kuronsa uburyo abafundi b’abarundi, kurya ibigo nka PAEEJ, BIJE canke ibindi bisata vyaje kworohereza imigambi imwimwe y’urwaruka, hakaba ikigega gituma amashirahamwe yubaka yo mu Burundi y’ironsa ivyankenerwa.

About the author

Leave a Reply