Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Mbe ibikorwa vy’umugambi BMBCHOMESBujumbura-Gahahe 2021vyoba bigeze he ?

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako umugambi BMBCHOMESBujumbura-Gahahe2021 w’ishirahamwe BMBC ugeze ku ntambwe ishimishije kuko amazu menshi y’abakiriya b’iryo shirahamwe amaze kubakwa kandi asigaje ibikorwa bike kugira yinjirwe.

Mu kiganiro n’igisata kijejwe kumenyesha amakuru c’ishirahamwe BMBC ,kuruno wa kabiri igenekerezo rya 13 Nyakanga 2022,umuyobozi mukuru wa BMBC yavuze ko zimwe mw’izo nzu zigizwe n’inzu nziza cane zubatswe kubuhinga bwa none kandi zigizwe n’inzu z’imiryango hamwe n’amazu ashobora kubamwo n’umuryango urenga umwe.

Murico kiganiro uwo muyobozi yavuzeko mu kwagura ibikorwa vyabo no kugira bakore banyarutsa,buguruye ateriye izohora ikora imiryango,ibikoni ,amadirisha hamwe n’ibindi vyankerwa vyo murayo mazu bikorwa mu mbaho kugira.

Yavuze ati: “Ibi vyose ni kugira aya mazu tuzoyubake neza, dushaka ububati bwo mu vyumba, ubwo mu gikoni tuzovyikorere vyose.”

Yibukije ko ayo mazu buri muntu aba yigenga ku nzu,kandi ziba zirimwo ibintu vya none bigezweho kandi nico kibanza kizoba kirimwo ibintu vyinshi vya nkenerwa mu buzima bwa muntu.

Uwo muyobozi yijeje ko kandi amamashini akoreshwa mu guteranya ama ariminiyumu,gukata amabuye buca ashika kandi azotuma ibikorwa vyose vyo guheza ayo mazu binyaruka.

Muriryo shirahamwe bavuga ko hariho ibibanza bike bitaragurishwa uwipfuza kuja muruwo mugambi ahawe ikaze kugira nawe ajane n’abandi mw’iterambere.

About the author

Leave a Reply