Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umufundi w’ishirahamwe BMBC amenyeshako iryo shirahamwe ryamuronkeje akazi ubu asigaye yubaka kandi abikora neza.

Uwo mufundi avuga ko mu myaka 8 amaranye n’ishirahamwe BMBC yaharonkeye ubumenyi ngira kamaro butandukanye.

Mu kiganiro n’igisata co kumenyesha amakuru ,uwo mukozi yavuze ko ivyo ishirahamwe rimujeje abitunganya neza.

Uwo mukozi avuga ko ishirahamwe BMBC ryamufashije kugira ashike ku buzima ariko ubu gushika naho yubatse urugo rwiwe.

Uwo mufundi aheraheza atera akamo abatazi BMBC kuryitura kugira ribubakire abandi nabo ribaronse ubumenyi bwo kubaka amazu.

About the author

Leave a Reply