Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako muri kazoza rifise umugambi wo gushinga ikoperative ihuriyemwo abakozi baryo bose mu ntumbero yo kubateza imbere.

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako muri kazoza bariko bategura uko bofasha abakozi baryo kwiteza imbere biciye muri koperative ya rusangi.

Uwo muyobozi avuga ko kandi iyindi migambi izobandanya ari  nkiyo Kwakira no kwigisha abakozi bashasha hamwe no guhimiriza abapfasoni kuhurumbira ishure ya bmbc yigisha kwubaka.

Muriryo shirahamwe babandanya bavuga ko bazobandanya kwatira abafundi barangije inyigisho z’ishure rya BMBC.

About the author

Leave a Reply