Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Iyo mwubatse, mwubake neza, icivugo aho cazananye.

Umwihwezo wagizwe n’abahinga b’ishirahamwe BMBC, werekanye ko ibomorwa ry’inyubako zidakurikije amategeko, vyatumwe n’uko abantu bubatse mu makosa ata mvo.

Umuyobozi w’iryo shirahamwe  yatumenyesheje ko bahisemwo  icivugo ca BMBC kubera babona abantu bariko bubaka ibizohava bibomorwa. Ico civugo naco kikaba ari iki «Iyo mwubatse,mwubake neza. ». Kuko hariho abantu bubaka badakwirkije amategeko y’imetero zisabwa uva kw’ibarabara.

Abandanya avuga kandi ko hari abubatse mu makosa ata mvo n’imwe /Aho wasanga uwugereye ibarabara aca yagura akegera ibarabara yibagiyeko igihugu kizohakenera umwanya n’umwanya aho yaguriye.

Umuyobozi wa BMBC asaba abantu bipfuza kubaka gukwirikiza amategeko.Naho hoba gucibwa ihadabu ntiribe ihadabu ryo kubomorerwa inzu.Kuberako atavyo gusigana na reta canke amategeko.Abantu bakwiye kwitura abahinga babibafashamwo kugira ntibarwe mu makosa.

About the author

Leave a Reply