Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umwe mu bakozi b’ishirahamwe BMBC asaba abantu batandukanye kwitura iryo shirahamwe kugira ribatunganiriza ibikorwa vyo kububakira inzu bipfuza kuko inyubakwa yariyo yose bayubaka nkuko umukiriya aba avyipfuza.

Mu kiganiro yagiraniye n’igisata co kumenyesha amakuru aho yarahagarariye ibikorwa vy’inyubakwa ndende kandi nini, yavuze ko ashimira abitura iryo shirahamwe rikabakorera ivyirwa kugira bamenye uko inzu yabo izoba imeze n’uburyo izomutwara.

Uwo mukozi avuga ko abatanga akazi muri BMBC bituma abakozi barikorera bikenuza mu buzima bwabo kandi n’igihugu kihungukira kgubera BMBC ririha ikori yaba mu kugura ibikoresho n’ibindi vyose bisaba ikori.

Uwo mukozi asaba abandi bantu kwitura ishirahamwe BMBC kugira ribatunganiriza ivyirwa vyabo gutyo bashobore kwubakirwa.

About the author

Leave a Reply