Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishure ry’ishirahamwe BMBC riguma ritanga ubumenyi ku banyeshure bimenyereza umwuga wo kubaka na cane cane abiga ico gisata mu mashure ya kaminuza.

Ishirahamwe BMBC ryama ryakira abanyeshure biga igisata kijanye n’inyubako rusangi « Genie Civile » baba bashaka kwimenyereza mu vyirwa vyabo bisozera amashure (stage academique),kugira bashire mu ngiro ivyo bize (pratique).

Icibonekeza mw’ino minsi nuko abigeme basigaye bitaho ico gisata c’inyubako ku bwinshi ugereranije no mu myaka yahera.

Abamaze kuramurwa n’iryo shure rya BMBC mu bikorwa vyo kwimenyereza mu bijanye n’inyubako barakenguruka kubw’inyigisho ngirakamaro baharonkeye kuko vyatumye batahura neza ivyo bize mw’ishure (théorie).

About the author

Leave a Reply