Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe ry’abarundi baba mu mahanga (diaspora burundaise) risaba abarundi baba mu mahanga bipfuza kubaka gukorana na BMBC.

Icegera c’uwuserukira ishirahamwe ry’abarundi baba mu mahanga asaba abarundi baba mu mahanga bipfuza kubaka mu Burundi gukorana n’ishirahamwe BMBC murico gikorwa kugira ribafashe kubaka amazu bipfuza.

Jean Berchimas MANIRAKIZA icegera c’uwurongoye ishirahamwe ry’abarundi baba mu mahanga yabishikirije inyuma yaho agendeye iryo shirahamwe asanga n’ishirahamwe ryo kwizigira kandi rifise uburambe n’ubuhinga bukwiye.

Yavuze ati:”Inyuma yo kubanza no kugendereza twasanze  ishirahamwe BMBC ari abizigirwa ariko bazogendera n’ayandi mashirahamwe kugira nabo barabe uko bakora.

Jean Berchimas yavuze ko urwo urugendo bakoze muri BMBC rwatumye bibonera ko ishirahamwe BMBC ribishoboye kandi ari iryo kwizigira bazosaba abarundi baba mu mahanga bipfuza kubaka gukora navyo.

Ico cegera c’uwurongoye diaspora Burundaise kw’isi avuga ko ishirahamwe BMBC rikora neza,kuwb’ivyo ayo makuru bazoyashikiriza abarundi baba mu mahanga bipfuza kubaka inzu kugira bazobikore baciye kuri rino shirahamwe rya BMBC.

About the author

Leave a Reply