Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako umugambi watanguje wa BMBCHOMES wo mu Gahahe ugeze ahantu ushimishije kuko kuva ugitangura umaze kwitabira n’abakiriya batari bake kandi inzu zabo zigeze k’urugero rushimishije.

Umwe mu bakozi bariko bakorera murico kibanza kiriko kirangurirwamwo uwo mugambi avuga ko yanejerejwe abwiwe ko aja gukora muruwo mugambi.

Uwo mukozi yavuze kandi ko uwo mugambi abantu benshi bawishimiye kuko ari amazu menshi ari hamwe kandi yubatswe ku buhinga bwa none.

Yavuzeko kandi ko gutangura ibikorwa vyayo mazu babwirizwa gukora ibintu bikomeye kuko ari amazu menshi kandi ageretse ubu amenshi ageze kure.

Muriryo shirahamwe bavuga ko ico iruhande y’amazu y’abantu azoba ari murico kibanza hazoba harimwo kandi ibibanza rusangi nk’ikibanza co kwogeramwo (pIscine) ,ikibanza co kwigiramwo ku banyeshure,ikibanza co kwinonoreramwo imitsi, aho abana basomera ibitamwo ,aho kugurira imiti hamwe n’ibindi.

Ishirahamwe BMBC rivuga ko hagisigaye ibibanza vyo kugura abapfuza kuja muruwo mugambi bobikora vuba ibibanza bitarahera kandi ko uwinjira mu mugambi nyezina atanga ibice 20 kw’ijana vy’amafaranga agenewe inzu yahisemwo akabona gusinya amasezerano n’ishirahamwe ayasigaye nayo akazoyatanga ku kwezi ku kwezi mu kiringo c’imyaka 10.

About the author

Leave a Reply