Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rifise abahinga baryo bafise ubumenyi butandukanye gutyo bigafasha gutunganiriza abakiriya baryituye mu buryo bworoshe kandi bunyaruka.

Ishirahamwe BMBC yashitse ku rwego rwo kuronka abahinga baryo bwite kuva aho ifatiye ingingo yo kwigisha ubwayo abakozi bayo kugira bagire ubumenyi mu bintu bitandukanye mu ntumbero yo gutunganiriza abakiriya.

Abantu bose bafise imigambi yo kubaka inyubako zitandukanye barahawe ikaze kwitura ishirahamwe BMBC kugira ribashirire mu ngiro imigambi yabo bafise.

About the author

Leave a Reply