Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Inyuma y’imyaka 10 ishirahamwe BMBC ritanguje ibikorwa ku mugaragaro ubu BMBC yifashe gute ?

Ishirahamwe BMBC ryifashe neza  k’urugero rushimishije kuko ryagiye rirakura buke buke kugera aho riba ishirahamwe ryagutse rihurumbirwa n’abantu benshi inyuma.

Abakurikiranira hafi uko iryo shirahamwe ryagiye rirakura bavuga ko rigitangura bakorera mu nzu ntoyi icirurutse kandi ata mashini nyabwonko bari bafise bakoresha ariko ubu bafise ibikoresho vyose bikenewe bijanye n’igihe.

Iruhande y’ivyo iryo shirahamwe BMBC rifise imirwi ibiri y’abakozi uwa mbere uhurikiyemwo abakozi b’abahinga bakorera ku biro hamwe n’abandi bakorera ku mashantiye atandukanye.

Ubuyobozi bukuru bw’iryo shirahamwe buvuga ko abantu bagiye barariha akazi nibo batumye ritera imbere gushika k’urugero rigezeko uno munsi.

About the author

Leave a Reply