Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Inyigisho zitangwa muri BMBC ntizipfa ubusa.

Inyigisho zitangwa zidapfa ubusa kuko abazihawe bazifashisha mu kazi kabo bakongera bakaziha abandi bakorana kugira nabo bungure ubumenyi.

Uyo mubona ni umwe mu bakozi b’ishirahamwe BMBC akaba ari uwuhagarariye ishantiye aho yikoreye ikibaho kugira mu masaha y’inyuma y’akazi ashobore kwigisha abakozi arongoye ivyirwa bitandukanye bijanye n’akazi bajejwe kugira bizobafashe mu bikorwa vya minsi yose.

Mw’ishirahamwe BMBC gukarihiriza ubumenyi abakozi bose baryo biri mu bintu bihabwa agaciro kuruta ibindi.

Ishirahamwe BMBC ryiyemeje kwama rikarihiriza ubumenyi abakozi baryo batandukanye mu ntumbero yo kwongera ubumenyi.

About the author

Leave a Reply