Ibikorwa ishirahamwe BMBC rimaze iminsi rikora ibikorwa vyiza kandi bishimishije kuko abahinga biryo shirahamwe bitanze bishimije bituma umwimbu uba mwiza kw’ishirahamwe hamwe no ku bakiriya baryo.
Tubibutseko uwushaka kubaka wariwe wese yaba uwuri hagati mu gihugu canke aba mu mahanga ashobora kutwitura tukamushirira mu ngiro umugambi wiwe wo kumwubakira inyubakwa yipfuza.






Dukengurukira abamaze iminsi baduha akazi, turahaye ikaze abashaka kubaka amazu mato mato canke amazu mare mare kugira tubashirire mu ngiro imigambi yabo yo kubaka.