Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ingabo za BMBC zifise moral idasanzwe biragoye kuzitsinda.

Kuri uno wa mbere umuyobozi w’ishirahamwe #BMBC yagendeye zimwe mu nyubakwa turiko turubaka mu gisagara ca #Bujumbura.Nk’uko rero yama abigira akaba yagomba gutanga ubuyobozi canecane ko zimwe mu nzu turiko turubaka buca tuzishikiriza.

Akaba yahimirije BAGENZI BACU gukora amasaha 24 kugira dushobore guheza ibikorwa mu #gihe cashinzwe. Umuyobozi wa BMBC yagendeye kandi iyindi chantier iriko Iratangurwa kugira arabe uko bariko barashira mu ngiro ibiri mu mpapuro. Akaba Naho nyene yabahaye ubuyobozi butandukanye anabasaba kwubahiriza umwanya bahawe.

Umuyobozi kandi yayaze nabakozi bangenzi bacu muri rusangi kugira abahe impanuro zitandukanye zizotuma Iyo chantier Igenda neza. Yatumenyesheje ko mu bijanye no kwubaka Ikintu bita supervision kidakwiye gufatwa minenerwe. Yagende n’ iyindi chantier turiko turaheraheza Naho nyene kugira arabe ko Vyose biriko bigenda neza.Yatumenyesheje ko ishirahamwe BMBC ritegerezwa kwitwararika ko ibintu Vyose dushingwa bijamwo ubunyamwuga.

Mwomenya kandi ko ishirahamwe BMBC rifise abakozi b’abahinga, bama bahari ku bw’abitura iryo shirahamwe mu migambi barishinga.

Kurikirana ivideo yerekana umunezero abakozi ba BMBC bakorana

Sagamba usagarare BMBC, ni ururirimbo rwerekana umunezero abakozi b’ishirahamwe BMBC bakorana.

About the author

Experienced Repair Specialist with a demonstrated history of working in the architecture & planning industry. Skilled in Meters, Blogging, Adobe Premiere Pro, Interior Design, and ArchiCAD. Strong operations professional with a High School Diploma focused in Génie civil from ETP Gitega.

Leave a Reply