Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC ririko ridandaza amazu meza cane agezweho inyuma yo kwegeranya ibikenewe vyose bijanye n’ico gikorwa co mu mugambi BMBCHOMES.

Ivyo bishitse mu ntumbero yo gushira mu ngiro ivyasabwe n’abakriya b’ishirahamwe BMBC kubijanye n’umugambi wa BMBCHOMES.

Mwomenya ko izo nyubako zigizwe n’amazu azimbutse cane kandi ya kijambere yubatse ku buhinga bugezweho.

Abadashobora kuyarihira icarimwe barashobora kuyagura bakayariha buke buke mu kiringo kitarenga imyaka 10 ariko babanje gutanga amahera y’urufatiro angana ibice 20 kw’ijana vy’agaciro k’inzu ahisemwo.

Mwihute kuza kugura inzu mwipfuza zitarahera

Uwipfuza kuvugana natwe yoturondera kuri whatsapp +257 79 500 227

Ratira ijisho aho hejuru isanamu zerekana ayo mazu inyuma n’indani yazo

About the author

Leave a Reply