Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi ajejwe abakozi mw’ishirahamwe BMBC avuga ko abakozi ba BMBC bakunda akazi kandi bitwararika ivyo bajejwe kandi batonda ku masaha.

Mu kiganiro yatanze mu gisata kijejwe kumenyesha amakuru muri BMBC ,yavuze ko abakozi ajejwe bitanga kuko hariho abazinduka cane hamwe nabarenza  amasaha yo gutaha bakagodoka bwije.

Uwo muyobozi avuga ko agihabwa ibikorwa vyo kuyobora abakozi b’iryo shirahamwe mu ntango vyamugoye kuko kuja kubwiriza umuntu yahora agutwara bitoroha.

Yavuze ati :« Kuja guha itegeko umuntu yahora agutwara nitvyoroshe na gato.»

Uwo muyobozi yamenyesheje ko yatanguye gukorana niryo shirahamwe ari umuyede mu nyuma ariga kubaka arabimenya aratirwa kuba umufundi abushitse none ubu asigaye ari uwujejwe abakozi b’ishirahamwe.

Umuyobozi ajejwe abakozi muri BMBC asaba abakozi  muri rusangi gutunganya neza ibikorwa vyabo mu gukorana umwete n’inguvu bitume ishirahamwe ritera imbere.

About the author

Leave a Reply

AllEscortAllEscort