Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako bashizeho igisata kijanye n’ubuhinga bwa none « BMBC Technologies » hazoja haracishwa imigero y’amazu yacapuwe kugira abashaka kugura biborohere.

Uwo muyobozi mukuru wa BMBC avuga ko bafashe ingingo yo gushiraho ico gisata ca BMBC Technologies kugira abantu bari mu gihugu canke bari hanze y’igihugu bashobore kugura imigero y’amazu bitabagoye mu kubicisha ku buhinga bwa none.

Yavuze ati : « Twasanze ko tutosiga inyuma ubuhinga bwa none mu bikorwa vyacu,iyi n’inzira tuzocishamwo mu kugurisha ivyo ducapura ku bantu aho bazoba bari kw’isi yose. »

Abipfuza bose kugura imigero y’amazu yacapuwe n’ishirahamwe BMBC bashobora kuzoca kurico gisata kugira bashobore kugura biboroheye batarinze kuva aho bari babikoreye kubinga bwa none gusa.

About the author

Leave a Reply