Ibikorwa vy’ishirahamwe BMBC ni akaroruhore ,abenshi baripfuza gukorana na ryo kugira ribatunganirize umugambi wabo wo kububakira inyubakwa bipfuza.
Abamaze gukorana n’ishirahamwe BMBC barashinga intahe ko ryabakoreye akazi neza uko bipfuza kandi ariryo kwizera cane.






Ishirahamwe BMBC rirahaye ikaze abantu bose bafise imigambi ijanye no kubaka kugira rishobore gushira mu ngiro imigambi yabo.