Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ibikorwa vy’ishirahamwe BMBC biragaragaza ko ridasanzwe ufatiye ku bahinga baibigize umwuga risanzwe rifise  mu bikorwa bitandukanye bijanye no kwubaka inzu yaba inzu yo hasi canke inzu igeretse.

Iryo shirahamwe  ntiryigera rikenera abahinga bava hanze yaryo kuko risanzwe rifise abakozi bose bakora imirimo itandukanye kuva inzu igitangura kwubakwa gushika yuzuye gutyo bigatuma ata bahinga rirondera hanze yaryo.

Ishirahamwe BMBC ntako ritakora kugira rishimishe abakiriya baryo mu bikorwa baba barizeje kugira ribatunganirize.

Muriryo shirahamwe batera akamo abantu bose bafise imigambi ijanye no kubaka kuryitura kugira ritunganye neza iyo migambi yabo.

About the author

Leave a Reply