Ibikorwa birabandanya ku mashantiye atandukanye y’ishirahamwe BMBC risanzwe ririko rirahagararira mu bice bitandukanye.
Ishirahamwe BMBC riratunganiriza neza kandi ku mwanya ibikorwa vy’abakiriya baryitura mu kubashirira mu ngiro imigambi yabo.


Ishirahamwe BMBC rirahaye ikaze abantu bose bafise imigambi ijanye no kubaka kugira ibubakire uko bavyipfuza.