Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyako abantu bashize amashure y’ukuri imbere y’ibintu vyose ibintu bitari bike vyoshobora gukorwa hano mu gihugu cacu na cane cane ibintu dusanzwe dukoresha biva hanze y’igihugu.

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC avuga ko kuva mu mwaka wa 2018 batanguje igikorwa co kwigisha abakozi bazokoresha mw’ishirahamwe kuko baza baratahuye ko kuronka abakozi babishoboye ataribo babiyigishirije vyogora.

Uwo muyobozi wa BMBC yavuze ati:“ Nk’ Umuyobozi wa BMBC naciye nshinga ishure rikarihiriza ubwenge abakozi bacu uhereye ku ba injeniyeri gushika ku bakozi bakora muri mu gisata co ku biro kihurikiye muco twise BMBCGroup.”

Mwomenya ko abanyeshure ba mbere batanguye kwigishwa muri BMBC ubu aribo basigaye bigisha abandi kandi nibo bahawe amabanga muri BMBCGroup.

About the author

Leave a Reply