Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Hari amazi,aho hose ikibanza cawe kiri Ishirahmwe BMBC irakubakira uko uvyipfuza.

Ishirahamwe BMBC riratunganya neza mu bwitonzi aho riba rishaka kurangurira umugambi ujanye no kubaka  ryisunze uko ikibanza kiba kimeze nivyohava bibera intambamyi inyubakwa ihubatswe.

Iryo shirahamwe rikorera mu gisata co kwubaka,rifise ibikoresho bikenewe kugira umugambi ujanye no kubaka ushobore kuranguka neza uhereye mu gutegura ikibanza kizokwakira inyubakwa ihagenewe.

Haba ahantu hari amazi,ahantu hari urusi rudakomeye neza,urusi rwaga imigaga,ikibanza kiri hejuru k’umusozi canke ikibanza kiri munsi y’umusozi,ishirahamwe BMBC rirahatunganya neza,inyubakwa wipfuza ikubakwaho.

Uwushaka gukorana n’iryo shirahamwe afise ikibanza atabona uko cotunganywa asabwe kuryitura arishikane mu kibanza ciwe naryo riheze rihakorere ivyirwa umugambi yipfuza ubone kurangurwa.

About the author

Leave a Reply