Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Abakozi b’ishirahamwe BMBC bakorera akazi mu runani kugira ibikorwa vy’iryo shirahamwe bishobore kugenda neza nkuko abakiriya baba bavyipfuza.

Mu bikorwa vyaryo vya minsi yose haba imbere yo gutangura kubaka inyubakwa canke mu bikorwa vyo ku cicaro gikuru inzego zitandukanye za BMBC zibwirizwa gukorera hamwe kugira zungurane aho bikenewe.

Amakuru atangwa nabakorera muriryo shirahamwe avuga ko gukorana mu runani rw’abakozi ba BMBC bakorera ku cicaro gikuru hamwe n’abakorera ku mashantiye vyatumye iryo shirahamwe ritera imbere.

About the author

Leave a Reply