Kw’igenekerezo rya 08, ry’ukwezi kwa myandagaro umwaka wa 2021, ishure kaminuza ryo muri BMBC ryari riramutse ryerekana abasore bagera kuri bane. Bari bagize imisi bariko baramenyerezwa mu bikorwa vyo kwubaka ku ma shantiye. Ibirori vyo kubakira bikaba vyabereye ku cicaro gikuru ca BMBC. Mwamba Jean Paul ari mu bariko baratirwaBatatu mu bari baje kwatirwaAbari baje...Continue Reading